Amasoko atandukanye yemeza ko uyu mujyi wafashwe nyuma y'uko ingabo za leta n'abategetsi ba Kivu y'Epfo bahunga, M23 ikinjira i Bukavu nta mirwano ikomeye ibaye.
Umuhari M23 wafashe iki buga c'indege ca Kavumu mu gihe amakungu akomeza guhamagarira Urwanda kuva mu buseruko bwa Congo, ...